Amasezerano y'ugufashanya mu bijanye n'ubumenyi n'ubuhinga hagati ya Amerika n'Ubushinwa yarangiye kw'igenekerezo rya 27 Ruhuhuma. Ayo masezerano aratanga akaryo ko ko ivyo bihugu bibiri gusenyera ku mugozi umwe mu bijanye n'ubumenyi n'ubuhinga.
#TECHNOLOGY #Rundi #IN
Read more at Chemistry World