Umushikiranganji wa mbere Anthony Albanese yakiriye umukuru w'igihugu ca Philippine Ferdinand Marcos Jr. Albaness avuga ko imigenderanire hagati ya Australia na Philippines imaze imyaka 78 .
#Australia #Rundi #AU
Read more at WAtoday